Umuririmvyikazi Olga Lorie aravuye mu gacere, ahejeje gutangaza uwo umutima wiwe w’urukundo wikundira, abahora bamufise ko icizere c’uko yobabera umufasha boronderera ahandi.
Ku murongo wiwe wa Facebook, Ntaganzwa Olga yatangaje umusore amureheje. Ivyo biranabonekera no ku mafoto ari ku ruhome ryiwe rwa facebook aho yemeza ko atakiri umwe. Mu gukura ibizigizigi ku bari bipfuza ku muresha, Olga yemeje ko ari mu rukundo n’uwitwa Del Gomez.
Tugiye gutohoza kugira tumenye uwo ari we umukunzi wa (...)
Accueil > Kwidagadura > umucuraranzi > Olga > inkuru
inkuru
-
Umuririmvyikazi Olga Lorie yatangaje izina ry’umusore amureheje
14 Gitugutu 2014 -
Olga asumvya benshi mukuririmbana n’abaririmvyi bo muri afurika y’ubuseruko
8 Ntwarante 2013Ntaganzwa Olga ni umuririmvyi w’umurundikazi amaze kumenyekana nkumwe mu baririmvyi bafise ijwi ryiza rikenerwa na benshi, kubw’iryo jwi Olga aramaze gusabwa na benshi mu baririmvyi bakomeye bo muri afurika y’ubuseruko kuririmbana nabo.
Iyo abantu bamubajije ibijanye n’ingabirano yiwe yo kuririmba amenyesha ko yabitanguye akiri umwana mutoya aho yaririmba muri korali yo mw’ishengero. Kubera ko yari afise ijwi ryiza, imirwi myinshi n’abaririmvyi baririmba indirimbo zisanzwe bagiye bamusaba ko (...)