IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Inkino > basketball > ACBAB : Imirwi Urunani, Kern na Les Gazelles yatsinze inkino za (...)

ACBAB : Imirwi Urunani, Kern na Les Gazelles yatsinze inkino za mbere

dimanche 22 avril 2018

Muri izo nkino zabaye kur’uno w’Imana igenekerezo rya 22 Ndamukiza 2018, umurwi Urunani watsinze Gymykhana, amanota 66 kuri 61, mu gihe Kern watsinze New Star, amanota 67 kuri 62.

Mu rukino ruhuza umurwi w’Urunani na Gymykhana vyabaye ngombwa ko bongera umwanya wo gukina, kuko umwanya wategekanijwe wari waheze imirwi yose inganya amanota.

Ku ruhande rw’abigeme, umurwi Les Gazelle watsinze vyoroshe cane umurwi Les Aigles Noires, amanota 100 yose ku manota 33.


MUGISHA Van Naris

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.