Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
COSAFA CUP: Umurwi nserukiragihugu wa Zimbabwe watahukanye igikombe - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Inkino > FOOTBALL > COSAFA CUP: Umurwi nserukiragihugu wa Zimbabwe watahukanye igikombe

COSAFA CUP: Umurwi nserukiragihugu wa Zimbabwe watahukanye igikombe

lundi 10 Mukakaro 2017

Mu rukino rwa nyuma rwabaye kuri uno w’Imana igenekerezo rya 9 Mukakaro 2017,ibitsindo 3 vyahaye intsinzi Zimbabwe vyinjijwe na Knox Mutizwa,Talent Chawapiwa hamwe na Ocean Mushure.

Igihugu ca Zimbabwe gitwaye igikombe ku ncuro igira 5,umumeneyereza Sunday Chidzambwa akaba agitwaye ku ncuro ya 3 harimwo ivyo mu myaka ya 2003 na 2009.

Ihiganwa rya COSAFA ryahuriyemwo ibihugu munani arivyo : Zambiya,Zimbabwe,Lesotho,Botswana,Afrika y’Epfo,Namibiya,Swaziland na Tanzaniya.


Vianney BIKORIMANA

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.