Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
FFB : Ibitsindo indwi nivyo vyinjiye mu nkino zitanu z’umunsi wa 21 (...) - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Inkino > FOOTBALL > FFB : Ibitsindo indwi nivyo vyinjiye mu nkino zitanu z’umunsi wa 21 (...)

FFB : Ibitsindo indwi nivyo vyinjiye mu nkino zitanu z’umunsi wa 21 w’ihiganwa

jeudi 8 mars 2018

Inkino za mbere z’umunsi wa 21 w’ihiganwa ry’umupira mu cicaro ca mbere, zabereye ku bibuga bitandukanye biri mu gihugu hagati.

Mu nkino zitanu zabaye, imirwi yatsindanye uku :

- Delta star 0-1 Athletico Olympic
- Messager Bujumbura 2-2 Messager Ngozi
- Vital’o fc 0-0 LLB S4a
- Musongati Fc 0-0 Flambeau du centre
- Bujumbura city 1-1 Aigle noir.

Inkino zose zizobera ku bindi bibuga havuyemwo ikibuga citiwe umuganwa Rudoviko RWAGASORE, kuko kiriko kirasubirwamwo, kuva kw’igenekerezo rya 1 Ntwarante 2018.


MUGISHA Van Naris

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.