Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Ibihugu 4 bikina igice ca kabiri gishira ica nyuma vyamaze kumenyekana - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Inkino > FOOTBALL > Ibihugu 4 bikina igice ca kabiri gishira ica nyuma vyamaze kumenyekana

Ibihugu 4 bikina igice ca kabiri gishira ica nyuma vyamaze kumenyekana

jeudi 8 Ruheshi 2017

Urukino ruza kubera ku kibuga ca Deajon kiri mu gihugu ca Koreya y’Ubumanuko ahariko habera iryo higanwa.

Mu gice ca kane gishira ica nyuma umurwi nserukiragihugu wa Uruguay wari watsinze igihugu ca Portugal, umurwi nserukiragihugu wa Venezuela nawo wari watsinze umurwi wa Reta Zunze Ubumwe za Amerika.

Mu gisagara ca Jeonju haza kubera urundi rukino ruza guhuza igihugu c’Ubutariyano hamwe n’igihugu c’Ubwongereza .

Mu gice ca kane gishira ica nyuma igihugu c’Ubutariyano cari catsinze igihugu ca Zambiya arico benshi bari bafitiye icizere k’umugabane wa Afirika,mu gihe igihugu c’Ubwongereza cari catsinze igihugu ca Mexique.

Urukino rwokurondera igihugu kizotahukana ikibanza ca gatatu ruzokinwa kuw’Imana igenekerezo rya 11 ruheshi 2017 ku kibuga ca Suwon.


Vianney BIKORIMANA

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.