Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Abakinyi 12 b’INTAMBA MU RUGAMBA bakina hanze y’igihugu nibo batumweko - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Inkino > FOOTBALL > Abakinyi 12 b’INTAMBA MU RUGAMBA bakina hanze y’igihugu nibo batumweko

Abakinyi 12 b’INTAMBA MU RUGAMBA bakina hanze y’igihugu nibo batumweko

samedi 19 Ntwarante 2016, par egide

Ishirahamwe ry’umupira w’amaguru mu Burundi ryasohoye urutonde rw’abakinyi b’Intamba mu rugamba bazoserukira Uburundi mu rukino ruzoba ku munsi w’Imana igenekerezo rya 26 Ntwarante 2016, hagati y’Uburundi na Namibie. Abo bakinyi bitegekanijwe ko bazokoranira hamwe mu mwiteguro (Local) kuva kuri uwu w’Imana.

Mu bakinyi batumweko, haboneka izina rya Dugary NDABASHINZE yari amaze igihe adatumwako mu murwi nserukiragihugu. Saido NTIBAZONKIZA ntiyatumweko, mu basatirizi hakaba haboneka kandi umukinyi Gael BIGIRIMANA wa

Abakinyi batumweko (Abakina mu Burundi)

Arakaza Mc Arthur
Rugumandiye Yvan

Abakinyi b’inyuma

Harerimana Rachid Léon
Kiza Fataki
Hakizimana Issa
Rugonumugabo Stéphane
Nshimirimana David

Abakinyi bo hagati

Barenge Pistis
Ndikumana Yussuf Lule
Mustapha Francis
Ndayisenga Fwadi
Nahimana Shasiri
Tokoto André - Hakizimana Djuma Tonton
Shabani Hussein

Abasatirizi

Ndarusanze Claude
Laudit Mavugo
Ndikumana Yamin Selemani

Abakinyi bo hanze batumweko

Nzokira Jeff
Nizigiyimana Karim
Nsabiyumva Frédéric
Papy Faty
Abdoul Fiston
Nshimirimana Abbas
Nduwarugira Christophe
Amissi Cédric
Bigirimana Gaël
Kwizera Pierre
Tambwe Amissi
Ndabashinze Dugary

Tubibutse ko ishirahamwe ry’umupira w’amaguru mu Burundi (FFB) ryemereye abakinyi b’Intamba mu rugamba biteguriye urukino ruzohuza Uburundi na Namibie ko agashirukabute bazoronswa muri urwo rukino kavuye ku bihumbi amajana atanu vy’amarundi (500.000 Frs Bu), gashirwa ku bihumbi amajana indwi na mirongo itanu vy’amarundi (750.000 Frs Bu).


IGIHE

Messages

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.