Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Cameroun: shirahamwe ry’umupira w’amaguru riramutswa umukuru mushasha - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Inkino > FOOTBALL > Cameroun: shirahamwe ry’umupira w’amaguru riramutswa umukuru mushasha

Cameroun: shirahamwe ry’umupira w’amaguru riramutswa umukuru mushasha

mardi 29 Nyakanga 2015

Sidiki Tombi a Roko niwe yatowe ngo arongore ishirahamwe ry’umupira w’amaguru mu gihugu ca Cameroun FECAFOOT.Amatora ayabaye ku mugoroba wo kuwa mbere igenekerezo rya 28 Nyakanga 2015.

Sidiki Tombi a Roko yatowe ku majwi 59 kuri 73 batoye.Sidiki Tombi Aloko yarushije amajwi Robert Ata bahiganirwa kurongora iryo shirahamwe.

Ishirahamwe ry’umupira w’amaguru mu gihugu ca Cameroun ryari rimaze imyaka ibiri ritagira uwurirongoye,mu gihe Mohamed Iya yari arirongoye aciriwe gupfungwa imyaka cumi n’itanu yagirizwa gusesagura amatungo y’iryo shirahamwe.

Sidiki Tombi a Roko yatowe,yahora ari umunyamabanga mukuru w’ishirahamwe FECAFOOT.


Van Naris Mugisha

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.