Accueil > Kwidagadura > Mumakungu > Diamond na Zari bigize nk’umwami n’umwamikazi: Amafoto
Diamond na Zari bigize nk’umwami n’umwamikazi: Amafoto
lundi 4 Rusama 2015
Igiteramo gikomeye ca All White Party cabereye mu gihugu ca Tanzaniya cabonekamwo Zari na Diamond bifashe nk’umwami n’umwamikazi. Igiteramo nk’ico kizoca mu bihugu vya Afrika y’Ubuseruko kiretse Uburundi.
Bambaye bose impuzu zera nk’uko igiteramo citwa "All White Party", amafoto yafashwe ku munsi w’igiteramo, yerekana Zari n’umukunzi wiwe Diamond bifashe nk’umwami n’umwamikazi naho atamwamikazi yokwambara ikanzu nk’iyo Zari yari yambaye.
Ibirori vya "All White Party" vyatangujwe na Zari, vyariko bibera mu gihugu ca Tanzaniya, aho mu mwaka w’i 2014 vyabereye muri Uganda, igihugu c’amavukiro ca Zari. Igiteramo canke ibirori bidasanzwe vya "All White Party", bizoca mu bindi bihugu bigize akarere ka Africa y’Ubuseruko kiretse igihugu c’Uburundi ku mvo zitaramenyekana.
Raba amafoto yaranze ibirori vya "All White Party" vyabaye kw’igenekerezo rya 01 Rusama 2015.
Cherif Nkeshimana
Messages
4 Rusama 2015, 13:13, par xxc
bahaze ay ikuzimu
8 Rusama 2015, 19:40, par nadine munyana
nukubasabira bagahinduka
12 Rusama 2015, 20:41, par Rukundo
Ni Freemason Ntabakange Afis Imisi Mike Yokubaho,kandi Nimana Ntzomwakira Kuko Nigihemu
12 Rusama 2015, 20:41, par Rukundo
Ni Freemason Ntabakange Afis Imisi Mike Yokubaho,kandi Nimana Ntzomwakira Kuko Nigihemu
17 Rusama 2015, 17:37, par nadine
Yemwe ntabwo bazi uwo bakorera.
17 Rusama 2015, 22:07, par Osty
Abo bareke bidagadure uwo bakorera azobereka ahubwombere Imana ishimwe ko igiteramo nk’ico kitazoca mu gihugu cacu kuko co humanya igihugu cacu kandi gisanzwe gifise n’ibibazo bigihanze. Kuko mu biteramo nk’ivyo Satani nyene arava mu ku zimu akaduga n’ama demons yiwe gucakira abantu. ni ukuvuga muri ico gihe harononekara vyinshi mu buryo butaboneka(Spirituel) kandi na physique nayo nyene ntiyorohegwa(Debauche p.ex.).
Abo inzira bafashe barayizi ariko bantera ikigongwe nka Kanumba. birababaje kubona imisore n’inkumi nkiyo yihebera satani hakwiha Imana. Ariko babitegwa no gushaka amronko menshi baciye muri racourcis kandi sens unique(Inzira idashika) kenshi murabona ko bataramba naho bababaronse ivyobipfuza. Kuko ivy satani vyama ari’’pirate’’.
Imana idufasha kandi idukingire ntituzogwe mu mutego abo baguyemwo. Raba urwo rwaruka ingene rungana satani ariko arifatira.
2 Mukakaro 2015, 04:58, par BUKURU HASSAN
DIAMOND TURAMUMENYEREYE ASHUHA NABI. WEMA SEPETU, PENNY,JOCKET, NATCH N,ABANDI KWARI UKO. ZARI NTIYIBAZE KO ARI URUKUNDO AMUKUNZE AHUBWO N,AGAHARARO NAKO KAJANA N,UKWEZI.
29 Ndamukiza 2016, 16:35, par CLOVIS
Nivyo Nyene Muburundi Nta Mu Eleminate Dukeneye Canke Abakobwa Bambara Ubusa Dushaka Fizzo Gusa Diamond Ntawo Dushaka"""
9 Rusama 2016, 08:44, par jeanne
Nti bitaje birazwi nabosr
19 Rusama 2016, 12:12, par nelly
nelly
24 Rusama 2016, 21:21, par Ezechiel
Diamond nigihemu ntajuru azobona
13 Ruheshi 2016, 20:48, par nsabiyimbona yanick
ntibitangaje turazi ko diamond atari muzima nakare namashetani imana idufashe ntihaze muburundi abantu bameze nkuko
25 Ruheshi 2016, 09:54, par Diamond
Dukeneye Kumenya Ukuntu Inzu Yiwe Yitwa
30 Mukakaro 2016, 21:53, par Ndikumana.Saul
VYARIBIBEREYE,NUKO,MUBURUNDIBATAZOZA.
30 Mukakaro 2016, 22:02, par Saul
Vyoba,kuba,ataje,muburundi,yokwigisha,abana,bacu,ingesombi.Hamwenabaririmvyibacu.
30 Mukakaro 2016, 22:05, par Saul
VyobaVYIZA,kuba,ataje,muburundi,yokwigisha,abana,bacu,ingesombi.Hamwenabaririmvyibacu.
1er Myandagaro 2016, 12:35
NIHATARI
2 Munyonyo 2016, 23:06, par BAYUBAHE BERTHE
diamonde arachoboye kuberiki yasekuja muburundi?
18 Nzero 2017, 09:11, par gitorondo platnmuz
nitwa gitorondo platnmuz nahondamukunda aradufatse abarundi tukunda twese araba azoze kweli.
13 Ruhuhuma 2017, 21:52, par aboubkal ekeei edison
diammond mim nagupendasnakomerezaho kuduh muzc uzlaud
17 Ntwarante 2017, 08:04, par EDILIC
JEWE MBONA DAIMOND YARABEREWE
15 Ndamukiza 2017, 22:49, par Shemezimana Eric
Jewe Nanje Mbona Aberewe Cane
21 Ndamukiza 2017, 09:36, par Pierre Nduwimana
Non Ivyobifasha Iki?
25 Ndamukiza 2017, 23:00, par Olivier -B
Diamond Gukiloli Wopfuma Wica Numw Arik bazohava Bakwita Ndakibambirw p!!!?!!
30 Ndamukiza 2017, 16:49, par HAMZA
NUKO BABERANYE
1er Rusama 2017, 02:54, par ISMAIL
nashaka mbaze aho diamond azogarukira muburundi kugirisha igiteramo
19 Rusama 2017, 18:28, par 71602801
EWAN IBINTU NIBALA
7 Ruheshi 2017, 22:04, par ndayizeye
22 Mukakaro 2017, 23:10, par nimbona
hama inkuru ya zari ko mam wiw yitavye imana niyo?
27 Myandagaro 2017, 08:49, par Isaac
ni Poa
8 Nzero 2018, 04:50, par Chadrack
Diamond Kino Gihe Aracarwaye?
9 Nzero 2018, 06:12, par Irankeje Innocent
Jewe Mugabo Diamond Nubwo Yifashe Nkumwami Jewe,ndafise Amakenga. Kubera iki Bavugako,arumufirmasoni? None Koyifashe Nk’umwami, Akaba Akorera Ikuzimu,wumva Impera Yiwe Izoba Ariyahe? Ubwonyene Azoja mwijuru?
6 Ruhuhuma 2018, 12:10, par Ntirampeba Edmond
Andika hano:ego Kazima Imana Yamukingiye Kuba Ikimuga Naje Ndamufana Cane Daimond Ariko Rere Ivyakora Vyo Aze Yibuka Imana.
5 Ruheshi 2018, 20:45, par Youric
05 06 2018 Zari Na Diamond Barikumwe??
16 Ruheshi 2018, 20:57, par B G R M N Alexis
Ko zari Yarifise Ugabowiwe Akaba Yarapfuye None Diamond Yoba Yaramucuye?