Accueil > Kwidagadura > Mumakungu > Ibihangange vy’umuziki muri Afrika bigiye gukorana ururirimbo
Ibihangange vy’umuziki muri Afrika bigiye gukorana ururirimbo
lundi 11 Rusama 2015
Umuziki wo muri Afrika ugiye gukomera kuva aho abaririmvyi bakomeye, batanguye gukorana indirimbo. Diamond n’umurwi P-Square bagiye gukorana ururirimbo.
Iryavuzwe riratashe, ivyahora bivugwa nk’ibihuha bigiye kuba ukuri, Diamond wo muri Tanzaniya bagiye gukorana ururirimbo na P-Square, nk’uko vyagiye bivugwa mu ntamatama. Biciye ku mirongo yabo baririmvyi ya instagram na Twitter abo baboneka ku mafoto bari kumwe. Diamond abwira abakunzi biwe ko urwo ruririmbo ruzobashimisha, ariko ntavuga neza igihe izosohoka, eka nta n’izina ryarwo riramenyekana.
P-Square nabo nyene barerekana ko bakoranye na Diamond vyobafasha kubandanya bamenyekana cane. Peter Okoye umwe mu bagize uwo murwi yashize kuri Twitter yiwe ifoto ari kumwe na Diamond, ahamagarira abo ku mugabane wa Afrika kwitegurira urwo ruririmbo.
Tubibutse ko Diamond ari umuririmvyi akunzwe cane mu karere ka Afrika y’Ubuseruko, nayo umurwi P-Square ubica bigacika cane cane mu karere ka Afrika y’Uburengero.
Cherif Nkeshimana
Messages
11 Rusama 2015, 18:33, par j claude nkurikiye
nivyiza cn ntawutobishima,diamond big up
1er Mukakaro 2015, 22:07, par Kaysong arakaza
Big up mr diamond nintambw kuririmbana na p square jah bless yr talent
22 Myandagaro 2015, 23:25, par Irakoze Nestor
Nanje Ndikonditegu Kugendayo
29 Ndamukiza 2016, 17:05, par CLOVIS
NIBARIRIMBE BARABE KOBOTEZA AFRIKA IMBERE ARIKO NTIBAZE BARIRIMBE IBITERASONI BAZE BARIRIMBE AKARANGA K, AFRIKA
3 Mukakaro 2016, 23:00, par j.claude arthur
tururindiranye igishika
21 Mukakaro 2016, 14:26, par Irankunda Chrisante "Fariji-b".
Nivyiza Can Amakorabo Yogwira Vyofasha Can Gutera Intambwe.
27 Myandagaro 2016, 12:27, par Nshimirimana Enide
None Barayikoz? Isigay Gusohoka? Mbe Yayikoreyeh?
13 Nyakanga 2016, 11:15, par Ndayishimiye Stivin
Vyobarivyizabafatanyije
20 Nyakanga 2016, 14:28, par Fabrice Vyizigiro
Nivyiza Cyne
11 Munyonyo 2016, 21:09, par ILDSAVECHILD
Nibakomez turabashigikiye.
3 Nzero 2017, 13:27, par Pascal ntakirutimana
hahahaha! vyahay kwl nagra mbabaz kk mutawerekany izinarwawo?
22 Ndamukiza 2017, 12:27, par Havyarimana Jerome
Jewe Havyarimana Jerome Warah Diamond Ndamukunda Gusumba Abandi Baririmvyi Bose Warah Uruwambere Kumuziki Jerome Bujumbura
22 Ndamukiza 2017, 12:36, par Havyarimana Jerome
Diamond Ndamushigikiye Cane Gose
1er Rusama 2017, 21:07, par Rukundo Reverien
Diamond Ndamukunda Gose Asohora Imiziki Iryoshe Iyondirimbo Tuyirindiranye Igishika Murakoze.
5 Ruheshi 2017, 14:16, par SChaban biziyandemye
NItwa shabani wa cercle diamond ugwar ukra kwl
23 Mukakaro 2017, 19:31, par AKIMANA Bivien
16 Ruhuhuma 2018, 22:08, par yang vick
chris brown arica riku mwena rihanna
25 Ntwarante 2018, 22:30, par IRAKOZE JOSEPH TAIGER..
IT’BIG
19 Nyakanga 2018, 21:47, par Bayubahe Viateur
Ariko Yarararishije Kubona Yarangije Yambaye Ubusa.