Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Isanamu ya mbere ya Lady Grace kandi ya mbere ya JB Production (...) - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Kwidagadura > umucuraranzi > Lady Grace > Amasanamu > Isanamu ya mbere ya Lady Grace kandi ya mbere ya JB Production (...)

Isanamu ya mbere ya Lady Grace kandi ya mbere ya JB Production yasohotse

jeudi 9 Ndamukiza 2015

Isanamu y’ururirimbo "Ntawukuruta" rwa Lady Grace yasohotse, ibaye iya mbere ikozwe n’inzu y’ubuhinyanyuzi nshasha JB Production, ikorwa n’umuhinyanyuzi Cherif.

Inyuma y’iminsi mikeyi tubabwiye ibijanye no kugaruka mu muziki kwa Lady Grace, isanamu y’ururirimbo rwa mbere akoze inyuma y’imyaka 2, yasohotse. Yakozwe na Cherif Pro muri JB Production, ibaye kandi isanamu ya mbere ikozwe n’iyo nzu y’ubuhinyanyuzi.

Cherif Pro yakoze iyo sanamu avuga ko yishimira cane ico igikorwa. Agira ati : "oh man ni bishasha twihaye gukora kugira duteze imbere igihugu cacu mu buhinga bw’amasanamu. Abarundi nk’aba ndabafitiye ibintu vyishi batarabona mu buhinga bwogukora ama video agezweho y’aba mu ndirimbo canke mu gisata ca cinema".

Raba aha munsi uko iyo sanamu ikozwe .


Cherif Nkeshimana

Messages

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.