Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Joseph Blatter yari yatorewe kurongora FIFA yatanze imihoho - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Inkino > FOOTBALL > Joseph Blatter yari yatorewe kurongora FIFA yatanze imihoho

Joseph Blatter yari yatorewe kurongora FIFA yatanze imihoho

mardi 2 Ruheshi 2015, par Jean De Dieu

Joseph Blatter yaheruka gutorerwa gusubira kurongora ishirahamwe FIFA yatanze imihoho

Nyuma y’minsi itatu gusa asubiye gutorerwa kurongora ishiramwe FIFA, Joseph Blatter yatanze imihoho unomunsi (02/06/2015) aho yari mukiganiro hamwe nabamenyeshamakuru kukicara c’ishirahamwe FIFA.

Uku kumenyesha ko atanze imihoho abimenyesheje nyuma yaho mw’ishirahamwe FIFA haciye iminsi havugwa ikibazo c’ibiturire.

Imvo nyamukuru, yamenyesheje ko ugusubira gutorwa kwiwe kurongora ishirahamwe FIFA kutashimwe nabose.

Joseph Blatter

IGIHE

Messages

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.