Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Vital’O yatsinzwe ubugira kabiri - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Inkino > FOOTBALL > Vital’O yatsinzwe ubugira kabiri

Vital’O yatsinzwe ubugira kabiri

lundi 24 Munyonyo 2014

Imirwi y’umupira w’amaguru yo mu cicaro ca mbere yarakinye inkino z’indwi ya 11 y’amahiganwa. Gishasha n’uko imirwi yose ihurikiye mw’ishirahamwe Messager mu cicaro ca mbere yakinye. Messager Ngozi yakinye na Messager Bujumbura bihuriye mu nkino zo mu cicaro ca mbere. Iyo mirwi yanganije igitsindo 1-1. Vital’O nayo yatsinzwe na Inter Star, ariko yagumye kw’isonga.

Ku bibuga bitandukanye, inkino zabaye uku gukurikira :

1) Kw’igenekerezo rya 21 Munyonyo : LLB yatsinze 4 - 0 TCHITE

2) Kw’igenekerezo rya 22 Munyonyo :PRINCE LOUIS: 0 - 2 ROYAL

3) Kw’igenekerezo rya 22 Munyonyo 2014 : NYANZA UNITED 0 - 0 MUZINGA

4) Kw’igenekerezo rya 22 Munyonyo 2014 : OLYMPIC STAR 0 - 1 ATHLETICO

5) Kw’igenekerezo rya 22 Munyonyo 2014 : FLAMBEAU 1 - 0 BUJUMBURA CITY

6) Kw’igenekerezo rya 22 Munyonyo 2014 : MESSAGER BJM 1 - 1 MESSAGER NGOZI

7) Kw’igenekerezo rya 23 Munyonyo 2014 : VOLONTAIRE 1 - 0 RUSIZI FC

8) Kw’igenekerezo rya 23 Munyonyo 2014 : VITAL’O 0 - 1 INTER STARS


Cherif Nkeshimana

Messages

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.