Isanamu y’ururirimbo "Utayaona"yasohotse, Spok’s ari mu baririmvyi bake bashobora gukora isanamu y’ururirimbo inyuma y’iminsi mikeyi. Ati:" ni wakura uzobibona.
Nta minsi myinshi yari ihaciye Spok’s asohoye amajwi y’ururirimbo "Utayaona", ubu naho yashize ahabona isanamu y’ururirimbo "Utayaona". Nk’uko Spok’s akunze gutanga ubutumwa bujanye n’ubuzima bw’abantu mu mibano yabo, eka no mu ruririmbo "Utayaona" rufise ubutumwa nk’ubwo. Ariko Spok’s agaruka cane ku buzima bw’urwaruka. Ati:" Tubona turya (...)
Accueil > Kwidagadura > umucuraranzi > Spok’s > Amasanamu
Amasanamu
-
Umuririmvyi Spoks Man ft B face ati : "Celibataire" mw’isanamu nshasha
9 Nzero 2017, par Jean De Dieu -
Mw’isanamu y’ururirimbo"Utayaona"Spok’s akebura urwaruka
10 Munyonyo 2014