Bamwe mu bakunzi b’umuhisi Michael Jackson baronkejwe indishi y’akababaro ku rukundo bamukunda, inyuma yo kwumvirizwa na sentare y’i Orleans. Umushingwamanza wabo arakenguruka urubanza.
Indishi y’akababaro ingana n’ifaranga rimwe ry’amanyaburaya «1 euro» ryahawe abakunzi 5 b’umuririmvyi Michael Jackson yapfuye mu mwaka w’i 2009. Ako kanoti bakaronkejwe inyuma y’urubanza ryaciwe ku munsi w’ejo w’igenekerezo rya 11 Ruhuhuma 2014 na sentare y’i Orléans. Abo bava mu bihugu vya Suisse, Ububirigi, mu ntara (...)
Accueil > Kwidagadura > umucuraranzi > Michaël Jackson > Inkuru
Inkuru
-
Bamwe mu bakunzi ba Michael Jackson baronkejwe indishi y’akababaro
12 Ruhuhuma 2014 -
Umuvyeyi wa Michael Jackon : « Umuhungu wanje ntiyari igisizimwe »
22 Mukakaro 2013Katherine umuvyeyi wa Michael Jackson avuga ko ababazwa cane n’amajambo agenda aravurwa n’abantu ko umwana wiwe yari igisiszimwe (Monstre). Ivyo akaba yabivugiye imbere y’abacamanza igihe yariko arabazwa imigenderanire yari afitaniye n’umuhungu wiwe imbere y’ukwo yitaba Imana.
Nyina wa Michael Jackson avuga ko kuba yarabuza Michael Jackson, yabuze vyose ndetse ko ataco asigaranye. Abandanya avuga ko imigenderanire bari bafitaniye yari myiza, ati yari umwana nakunda kandi nk’umuvyeyi yari umwana (...) -
Mark Lester, se w’abana ba Michael Jacskon
8 Rusama 2013Mark Lester,umucuraranzi w’umwongereza akaba na somanbike w’umuhisi Micheal Jackson,umwami w’umudiho wa Pop avuga yuko ari se wa Prince Michael,Paris na Blanket basigwa n’umuririrmvyi Michael Jackson.
Uwo mucuraranzi w’umwongereza, Mark Lester, avuga yuko yiteguye no kuja kugirisha bimwe bita « ADN », bapime amate yiwe,kugira yerekane ko abo bana uko batatu, ari abiwe vy’ukuri. Prince Michael, imfura,akaba afise imyaka 16, Paris wa kabiri, imyaka 15 na Blanket umuhererezi, imyaka 11.
Uyo avugwa (...)