Accueil > Amakuru > Utuntu n’utundi > Ubutunzi
	
			
				 Ubutunzi
 Ubutunzi
			 
	
			
	
			
			
			
				
				
					
					-   
						 Abatunzi 10 ba mbere kw’isi bamenyekanye Abatunzi 10 ba mbere kw’isi bamenyekanye
 29 mai 2018Umunyamerika Jeff Bezos, niwe aza mu kibanza ca mbere kw’isi, mu bantu batunze kurusha abandi. Uwo akurikirwa n’abandi babiri nyene bava mu gihugu ca Reta Zunze Ubumwe za Amerika, harumwo uwamaze igihe kinini ari muri ico kibanza. 
-   
						 Uburundi mu kibanza ca nyuma ku rutonde rw’ibihugu abantu babayeho mu munezero Uburundi mu kibanza ca nyuma ku rutonde rw’ibihugu abantu babayeho mu munezero
 15 mars 2018Igihugu c’Uburundi nico cashizwe mu kibanza ca nyuma kw’isi,ku rutonde  rw’ibihugu bifise abanyagihugu babayeho mu munezero muke, nkuko vyerekanwa mu cegeranyo y’igisata ca ONU citaho ivy’umunezero (World Happiness Report 2018).