IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Home > Amakuru > umutekano > Abagirizwa kwiba amafaranga mu gisagara ca Bujumbura bafatiwe i (...)

Abagirizwa kwiba amafaranga mu gisagara ca Bujumbura bafatiwe i Muyinga

Saturday 6 October 2018, by vianney

Amakuru dukesha umuvugizi w’ubushikiranganji bw’umutekano no kugwanya ibiza Pierre NKURIKIYE amenyeshako abo bafashwe ari Eric NSABIMANA w’imyaka 20 ava mu ntara ya Kayanza hamwe na Diomede NDUWIMANA w’imyaka 22 avuka mu ntara ya Ngozi.

Ubwo busuma bwabaye mu ndwi zibiri ziheze mu gisagara ca Bujumbura komine Ntahangwa zone C’ibitoke kw’ibarabara rya mbere inomero 86 k’urugo rw’uwitwa Diomede NIYIMBONERA.


IGIHE

Forum posts

Any message or comments?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.