Home > Amakuru > umutekano > Mairie –kumase: Umwana w’imyaka 12 yakomerekejwe n’imvubu
Mairie –kumase: Umwana w’imyaka 12 yakomerekejwe n’imvubu
Tuesday 9 October 2018, by
Amakuru dukesha umuvugizi w’ubushikiranganji bw’umutekano no kugwanya ibiza Pierre NKURIKIYE amenyeshako uyo mwana ataramenyekana kandi asa n’uwufise ingwara yo mu mutwe.
Ayo makuru abandanya avuga ko uyo mwana yaciye atwarwa ku bitaro vy’abaganga batagira imbibe.
Bivugwako iyo mvubu yaciye yibira mu mazi ihejeje gukora iryo bara.
IGIHE
Forum posts
10 October 2018, 05:56, by SHIMIYE CLAUDE
IYOMVUBU IKWIYE UWOYICA KUKO YASAZE.
10 October 2018, 12:20, by Havyarimana
Igikoko Ntigikinishwa Eka Yararwaye Nyene.
10 October 2018, 12:25, by Namahinyu
Kirazira kwagaza imvubu, Cyo...!
12 October 2018, 14:22, by Kwizera dieudonne
Uwomwana ntabwo yarakomeye,kuko iyo aba akomeye ntiyari nokwegera ico gikoko.
14 October 2018, 20:02, by abraham sikobizohora
vyukuri birumvikana ko atamuntu akomeye yokinisha igikoko kandi aziko kiryana.
18 October 2018, 20:06, by Nzobonimpa Claude
Je Mbon Hokingigw Kuk Ntawic Imvubu Ab Ahoneje Ikinyabuzima Bisigure Kwumunt Asumbwa Nibikoko? Ne Umuntu Wewe Ko Yicwa?
18 October 2018, 22:40, by chaban
Bilumvikan ko uyo mwan aliw afit ingoran ntamunt ukomey wokwagaz igikok nkic.
24 October 2018, 20:21, by pasilove
Hakwiy Gukingw Ah Hant Hab Iy Mvub Nayahand Yomar Abant