Home > Amakuru > umutekano > Bujumbura –Mutimbuzi: Uwitwa Leopold NZIGAMASABO yatowe ikiziga
Bujumbura –Mutimbuzi: Uwitwa Leopold NZIGAMASABO yatowe ikiziga
Tuesday 9 October 2018, by
Amakuru dukesha umuvugizi w’ubushikiranganji bw’umutekano bwo kugwanya ibiza Pierre NKURIKIYE amenyeshako Leopold NZIGAMASABO w’imyaka 25 yapfuye yiyahuye akoresheje umugozi.
Ayo makuru abandanya avuga ko icatumye uyo Leopold NZIGAMASABO yiyahura kitaramenyekana.
IGIHE
Forum posts
10 October 2018, 12:14, by Havyarimana
Nibareke Kwiyahu Kuko Nicaha Imana Iravyanka.
10 October 2018, 17:27, by NDAYIHIMBAZE Lewis Wisanzu Rutovu
Imana Ize Indind Ubwo Bugesera Mura Dutohorez Twunve Vyukuri Icatumye Yiyahura.
11 October 2018, 18:40, by Evariste Barutwanayo
Bagenzi nkunda,ntaciyica kiba gifis impamvu.
14 October 2018, 08:53, by Damas
se suicider est une action involontaire! cela est provoqué par un troble psychique!
24 October 2018, 11:33, by Nitunga céléstin
Nimudutohoreze twumve icoba caratumye yiyahura koyoba aramatati yamatongo cangwase izindimvo