Home > Amakuru > umutekano > Muyinga :Abakozi 3 b’ishirahamwe IRC bariko barangura imirimo ata ruhusha (...)
Muyinga :Abakozi 3 b’ishirahamwe IRC bariko barangura imirimo ata ruhusha bari kubazwa n’inyamiramabi
Friday 12 October 2018, by
Amakuru dukesha umuvugizi w’ubushikiranganji bw’umutekano hamwe no kugwanya ibiza ,Pierre NKURIKIYE amenyeshako abariko bakora ibikorwa bafashwe ni Valentin KABANDIWA,Tharcisse MUSHENGEZI hamwe na Delphine MUSAVYIMANA kandi igiporisi cabimenyeshejwe n’abanyagihugu.
Ayo makuru avuga ko abo bafashwe bariko bakora akazi ataruhusha rudasanzwe bafise ,ubu bariko barabazwa mu giporisi c’inyamiramabi i Muyinga.
IGIHE