IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > umutekano > Abantu babiri bagirizwa kwibisha inkoho bafashwe

Abantu babiri bagirizwa kwibisha inkoho bafashwe

lundi 8 Rusama 2017, par Egide NDUWIMANA

Mu giporisi bavuga ko abo bantu bafatanwe inkoho imwe yo mu bwoko bwa "Kalashnikov", bakaba bari muri uwo murwi usahura abanyagihugu ukoresheje ibirwanisho, nk’uko vyemezwa n’igiporisi.

Abo bibisha inkoho bafashwe inyuma y’aho hari abandi bantu bane bahagaritswe, mu giporisi bakavuga ko abo nabo bahora biyita abakozi b’igendereza, bagafata abantu kugira bace babasaba amafaranga imbere y’ukubarekura.


NDUWIMANA

Messages

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.