Accueil > Amakuru > umutekano > Magarama : Uwunguruza ipikipiki yarashwe n’umuporisi
Magarama : Uwunguruza ipikipiki yarashwe n’umuporisi
lundi 2 Ndamukiza 2018, par
Amakuru atangwa n’igiporisi c’Uburundi avuga ko abaporisi bariko barakizura babonye ipikipiki ihagaze imbere y’ubunywero bita Kwa Jeef, nk’igihe c’isaha icenda z’ijoro. Abo baporisi barafashe iyo pikipiki, umwe muribo ayitwara ahakorera igiporisi muri iyo ntara ya Gitega.
Begereye imbere gato, nk’uko bivugwa n’igiporisi, uwo Audace NDAYISENGA yashatse kwaka inkoho uwo muporisi, uwo nawe aca arasa amasasu ane, rumwe muri ayo masasu rukomeretsa ku kuguru Audace NDAYISENGA, akaba ariko avurirwa ku bitaro vy’i Gitega.
Egide NDUWIMANA
Messages
2 Ndamukiza 2018, 17:27, par niyukuri mkombozi
ntakundi ivyo bibaho none uwomumotare wew yashaka gusika guk mugihe yariko arashaka kuyimwak ahubwo abantu bamwe bamwe barafise ubwenge ariko ntabwo bazi gukoresha bihutira gukora ibije mumutwe batabanje kwiyumvira kwizina ryiwanje ndumva ndonavuga at; niyukuri BURUNDI bw,ukuri abashaka kubona aba rundi mumwotsi turabiyamirije ndabisubiyemwo turabiyamirije