Accueil > Amakuru > umutekano > Ngozi : Abantu bane biyita abakozi b’igendereza bafashwe
Ngozi : Abantu bane biyita abakozi b’igendereza bafashwe
vendredi 5 Rusama 2017, par
Umuvugizi w’igiporisi c’Uburundi, OP1 Pierre NKURIKIYE amenyesha ko hari abantu bane bahagaritswe, abo bantu bakaba bahora biyita abakozi b’igendereza, bagafata abantu kugira bace babasaba amafaranga imbere y’ukubarekura.
Abo bari mu minwe y’igiporisi bafatiwe mu ntara ya Ngozi, bakagirizwa kandi ko bafata abana b’abakobwa ku nguvu. Abafashwe ni Aloys Assam Batungwanayo, Egide Asman, Bangurambona Thomas Ruzocimana na Claver Salim Nkeshimana.
Mu giporisi bavuga ko mugufata abantu, abo bavyagirizwa bakoresha imiduga ifise ibiyo bitabonekesha uwuri mu muduga, umwe muribo, Claver Salim NKESHIMANA asanzwe akora mw’ishirahamwe mpuzamakungu PAM akagirizwa ko ariwe yagonze abishaka umuduga wariko wunguruza umuhuza w’Abarundi Edouard NDUWIMANA.
- Imodoka yunguruza Edourd NDUWIMANA, umuhuza w’Abarundi yagonzwe kw’igenekerezo rya 28 Ndamukiza 2017
Pierre Nkurikiye avuga ko ivyo vyabaye atari isanganya, ahubwo ko wari umugambi w’ukugandagura umuhuza w’Abarundi.
Babiri muri abo bafashwe, Aloys Sam Batungwanayo hamwe na Thomas Ruzocimana, baheruka kurekurwa bava mw’ibohero ku kigongwe c’umukuru w’igihugu.
IGIHE
Messages
5 Rusama 2017, 09:33, par Wakera
Izo ndazizi n’imbonerakure bazifashe kuko zasahuye zanka gushikana ivyo bazitumye!!! Uwo Nduwimana nimba arumuhuza w’imbonerakure, interahamwe na FDLR!!!
5 Rusama 2017, 09:50, par bizimanaphilbert
igihe lmana iba igishize ikiganza cayo kumuntu ataruko asenga cane.canke arumugororotsi kurusha abandi kubwubuntu bwayo gusa.nahohovyuka kuriwewe intureka zumuriro umeze gute wawucamwo ugahita.izonyanka burundi nimpumyi peee.mbega ntabwo bashobora kwicarahasi bagaharura ibitero bagize 2015 ingunvu baribafise ibihugu vyarinyuma yabo.abobaribahenze barinyuma yabo.akajagari karimugihugu ukokangana.mbega unomunsi bimeze gute birajimbere ivyacu canke.babonye atakigenda bakicara bagatwagwa nkabandi Bose.ahandiho Jewe ndabona ivyabo twobiha impera zuyu mwaka gusa.ahobarundaniye binyegeje bagiye kuzoza baraziburana One buy One.abobatazwe nabenewabo.niharambe Pierre nkurikiye nigiporisi avugira
5 Rusama 2017, 10:03, par BANZUBAZE
YAMARADIYO YIVYADUKA NGO NIZAHUMURA YIRIGWA ARAVUGA NGWABANTU BANYURUZWA NIPEREREZA UBUNAHO BAVUGA NGWIKI ?
5 Rusama 2017, 10:04, par bizimanaphilbert
mu burundi harakwiye kwubakwa agasho katarenza santimetero50 kugira gacishe bugufi intunva 50cm.intunva nkizo zigacishwayo nkimyaka20.kuko bamwe bakorera yamashirahamwe ya ONU.yama yagize ivyegeranyo buriyinga.
5 Rusama 2017, 10:27, par SHERIF
Hewe wiyise Wakera@,
Uri ikijuju utangura guca urubanza atatohoza riraba. udafise ico uvuga wopfuma wihorera hakubesha. Ni vyiza gose police bandanya mukora neza hanyuma izo nkozi z’ ikibi zihanwe ivyakarorero, nuku zozihasha.
Muraraba neza ko ata Banyarwanda bavuye Ikigari barimwo murizo Nyankaburundi.
Imana iriko iratwereka vyinshi kuri izo ntuva.
Kandi hari umugani uvuga ngo: uwusenya urwiwe bamutiza umuhoro.
5 Rusama 2017, 13:59, par Wakera
@SHERIF, Icahoze ari igipolisi c’uburundi PNB ( Police nuisible pour les Burundais) umaze kubona kigira amatohoza yahehe!! Coheza kugandagura abantu kikongera kwigirako amatohoza!!! Umwanya wayo uzogera hama intahe ibokere!!!! You are crazy!!!
5 Rusama 2017, 16:38, par Makenzi
Wakera ni igihunyira. Nicyo gicucu number 1 muburundi.
5 Rusama 2017, 19:25, par P ANTOINE
IYO UMUKUR WIGIHUG ATANZ IKIGONGW MUREKURA NABASESA AMARASO YA BENEWACO ?NKO KUGONG UMUDUG KUBUSHAKE KAND HARIMW UMUHUZA ; IVYO BISGURIKI ! NAPFUNGW AHEREYO
5 Rusama 2017, 19:51, par Gihabwabarinda
Nukuri Igipoli Cuburundi Kironona Igihugu Cacu Police Zikorera Kumasanganzira Ziragowe Mukurya Igiturire Nizambere
6 Rusama 2017, 00:06, par Felix Muhire
Ariko igipolisi gikwiye gukora itohoza nyaryo rigashaka iki kijuju ciyita Wakera. Ari mu bantu bapfakaje abavyeyi benshi, n’abana benshi basigaye ar’impfumvyi kubera we n’akarwi bakorana. Ayo majambo avuga ntazogenda atayishuye.
6 Rusama 2017, 06:36, par Bazompora Wakera
Abobantu Bagomba Kuduhekura Niband Barisem Ntibaz Cobakor.
6 Rusama 2017, 09:11, par Wakera
Felix Muhire, Muzidhura urahumba amabi mukorera abarundi! Abakobwa n’abakenyezi muterinda ngo bavyare interahamwe ntibizokwijana!! Noneho vyabuze na Sobuja ageze mubayaya!!! Mbega ivumwe!!!!
6 Rusama 2017, 10:53, par Alida
Wakera <AMAZIRANTOKE> IMBWA
6 Rusama 2017, 17:37, par Ndayishimiye
Ariko ico gihugu cindi mugomba mukore m’u Burundi,bisigura ici???? Ubwo mwiyunvirayuko arimwebwe gusa muciye akenge kuburyo ivyo amabi mukorera bene wanyu ataboneka.
Hirya y’ejo, mwabujije PAM kugemurira abantu barimo gupfa n’inzara, mwitwje ko baguze ibiribwa mu gwanda. None mutangiye no kubesha ngo imodoka ya PAM yagonze umuhuza k’ubushake.
Muraje muhenda abatabazi mwa bijuju mwe. Kandi mwibuke ko, atagihugu mwafashe, kuko ntimwagwanye ngo hama mutsinde, nitwe twakibahaye kandi tuzakibaka.
Musigeho kwirata umwino. N’uburi munda buravayo. Les imbéciles et incapables
6 Rusama 2017, 20:33, par Cobla rouge
Izo nkozi z,ikibi ce muzivugutira umuti batumwa na ba Pacific, ba Minani ariko nka MINANI nta soni yumva yicaranye na Pacific yamurondera muri 1993 ngo amuturire none cndd yamukuye mubuhungiro arataye!!!? Ba bwenge buke mwibagira ningoga 1972/ 1988/1964/ 1993 ibi vyose ni ibihe Pacific Nininahazwe bishe abantu bongera babaturira!!!! Mwame maso ntibazongere kuduhekura
6 Rusama 2017, 23:11, par Wakera(Sekabwa)
Ehhh ni danger. Nkurunziza !!
7 Rusama 2017, 20:26, par Muyango
@inzoka Wakera. Uzopfana
Ibyo byiyumviro byawe byo muri antiquité.
10 Rusama 2017, 06:00, par BARUTWANAYO
YOO !ABOBANTU NABABISHA BABUZEGUCA ABARIBO BAPFA NGO BASHAKA KUTWICIRA UMUHUZA ?
9 Myandagaro 2018, 21:31, par habimana aloys
aah!!abantu twitwa ba aloys ivy ntitubikora nimumureke .ni danger ndagaswe