Accueil > Amakuru > umutekano > Ruyigi : Abantu batatu bafashwe bariko babomora inzu ya Maragarita (...)
Ruyigi : Abantu batatu bafashwe bariko babomora inzu ya Maragarita BARANKITSE
mardi 10 Ndamukiza 2018, par
Mu giporisi c’Uburundi bamenyesha ko abo bafashwe bamaze gutangura gukorerwa amadosiye kugira bashikirize ubutungane bw’Uburundi. N’amwe mu mabati asakaye ico kigo yari yibwe nayo nyene yafashwe n’igiporisi c’Uburundi.

Maragarita BARANKITSE, umukuru w’ikigo "Maison Shalom" ari mu batashigikiye ugusubira kwitoza kw’umukuru w’igihugu Petero NKURUNZIZA, ubu akaba ari mu buhungiro kuva mu mwaka w’2015. Uwo yari yuguruye ikigo n’ibitaro bifasha impfuvyi ari kandi ku rutonde rw’abarundi baronderwa n’ubutungane, bagirizwa ko bagize uruhara mu gushaka gutembagaza ubutegetsi bw’Uburundi kw’igenekerezo rya 13 Rusama 2015.
Egide NDUWIMANA
Messages
10 Ndamukiza 2018, 16:37, par SILAS
NAHOYOBA,YAGIRIZWA,URUPFU, GWA,YESU,UTWIWE,DUKWIYE, GUKINGIRWA,POLICE,HANA,ABO BANTUBAGOMBA,GUTEZA,URUBWA, IGIHUGU, BOHAVA,BABISHIRA,KURI LETA, NAMWABURYA,ARI, MUBAYIGWANYA.