Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Abayoboke 13 b’ishengero REMA KIBONDO CHURCH bafashwe n’igiporisi - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > umutekano > Abayoboke 13 b’ishengero REMA KIBONDO CHURCH bafashwe n’igiporisi

Abayoboke 13 b’ishengero REMA KIBONDO CHURCH bafashwe n’igiporisi

vendredi 6 Ndamukiza 2018, par Egide NDUWIMANA

Nk’uko bishikirizwa n’igiporisi c’Uburundi, abo bayoboke bafashwe kuri uwu wa kane igenekerezo rya 5 Ndamukiza 2018 mu gihe bariko basengera ku musozi muremure uri zone Cankuzo, intara ya cankuzo nyene, uzwi kw’izina ya Mahango.

Mu giporisi bamenyesha ko abo bantu bafashwe ku mvo z’amatohoza, kuko batari basavye uruhusha abajejwe intwaro rwo kuja gusengera kuri uwo musozi.


Egide NDUWIMANA

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.