Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Amerika iragabisha ku bitero bishobora gukorwa mu Burundi - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > umutekano > Amerika iragabisha ku bitero bishobora gukorwa mu Burundi

Amerika iragabisha ku bitero bishobora gukorwa mu Burundi

mardi 6 Kigarama 2016, par Egide NDUWIMANA

Ubuserukizi bwa Reta zunze ubumwe za Amerika mu Burundi buragabisha ko bufise amakuru ko hoba hariko harategurwa mu Burundi ibitero vy’abihevyi, muri uku kwezi kwa Kigarama. Abanyamerika baba mu Burundi bagahamagarirwa kwicungera cane mu bijanye n’umutekano.

JPEG - 211.8 ko
Abarwanyi ba Al Shabaab

Mw’itangazo ryasohowe n’ubuserukizi bwa Reta zunze ubumwe za Amerika mu Burundi, basaba abanyamerika baba mu Burundi kwirinda kuja hagati mu gisagara ca Bujumbura mu buriro no mu bunywero bukoraniramwo abantu benshi, kwirinda kuja mu turere twa Kajaga, hamwe n’ukwirinda ubunywero n’uburiro buri ku nkengera z’ikiyaga Tanganyika.


IGIHE

Messages

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.