IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > umutekano > Bubanza:Umukuru w’imbonerakure yagarutse mu muryango

Bubanza:Umukuru w’imbonerakure yagarutse mu muryango

jeudi 15 Ruheshi 2017

Amakuru ava mu bajejwe umutekano muri komine Gihanga amenyesha ko Pasteur HAKIZIMANA arongoye urwaruka rw’umugambwe CNDD-FDD muri Komine Gihanga yari yafashwe n’abantu babiri baba muri village ya 6 bashaka kumwica.

Ayo makuru nyene amenyesha ko umwe mu bashaka kumwica yanse gukora ico gikorwa naho yari yahawe amafaranga,uwo nawe akaba ari uwunyonga imodoka y mu rweg rw’igendereza.

Pasteur HAKIZIMANA yari yafashwe ku munsi wa kane igenekerezo rya 8 Ruheshi 2017,mu muryango wiwe bari bamenyesheje ko kuva aburiwe irengero terefone ngendanwa yiwe yaciye izima.


MUGISHA Van Naris

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.