Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Bujumbura : Inyubakwa ikoreramwo igisata gitanga amatongo yahiye - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > umutekano > Bujumbura : Inyubakwa ikoreramwo igisata gitanga amatongo yahiye

Bujumbura : Inyubakwa ikoreramwo igisata gitanga amatongo yahiye

mardi 30 janvier 2018

Amakuru ava mu begereye ahakorera ECOSAT, amenyesha ko uwo mucanwa watanguye nk’igihe c’isaha zitandatu n’iminota 40, igihe babona umwotsi mwinshi uva ahari inyubakwa ico gisata gikoreramwo.

Amakuru ava muri ico kibanza, ari naho hasanzwe hakorera ubushikiranganji bw’ibidukikije, amazi, amatongo no gutunganya ibisagara, amenyesha ko hari ibitari bike vyononekaye, mu gice c’ububiko.

Imodoka y’igiporisi muri zimwe zizimya umuriro, zahavuye zihashika kuzimya, naho nyene hari ivyari bimaze kwononekara.


MUGISHA Van Naris

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.