IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Home > Amakuru > umutekano > Burambi –Gatobo :Inkoho 1,ibikono vy’amasasu 2 hamwe n’amasasu 3 (...)

Burambi –Gatobo :Inkoho 1,ibikono vy’amasasu 2 hamwe n’amasasu 3 vyatowe

Sunday 16 September 2018, by vianney

Amakuru dukesha umuvugizi w’ubushikiranganji bw’umutekano hamwe no kugwanya ibiza Pierre NKURIKIYE amenyeshako ivyo bigwashinisho vyatowe n’abanyagihugu bo kuruwo musozi wa Gatobo.

Ayo makuru avuga ko iyo nkoho ubu iri ku biro vy’abajejwe umutekano muri komine ya Burambi.


IGIHE

Any message or comments?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.