Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Bururi : Ibirwanisho bitandukanye vyafashwe - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > umutekano > Bururi : Ibirwanisho bitandukanye vyafashwe

Bururi : Ibirwanisho bitandukanye vyafashwe

samedi 27 Rusama 2017, par Egide NDUWIMANA

Ivyo birwanisho vyafashwe bigizwe n’inkoho imwe yo mu bwoko bwa Kalashnikov, gerenade zibiri, hamwe n’amasasu 155.

Abo bantu bitwaje ibirwanisho bari bambaye impuzu zirabura, bakaba bategerewe n’abanyagihugu bagira n abasuma. Babonye bofatwa, baciye baterera hasi ivyo birwanisho bariraka. N’aho abo banyagihugu baciye batabaza abajejwe umutekano, bageze kuhashika bamaze kuzimangana.

Mu giporisi c’intara ya Bururi bamenyesha ko bataramenya abo bantu abaribo, ariko bakavuga ko bariko barabarondera.

Messages

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.