Accueil > Amakuru > umutekano > Bururi : Nestor NEGAMIYE yari yaburiwe irengero yatowe ikiziga
Bururi : Nestor NEGAMIYE yari yaburiwe irengero yatowe ikiziga
mercredi 19 Gitugutu 2016, par
Nestor NEGAMIYE yahoze mu gisirikare ca kera (Ex FAB : Forces Armées Burundaises) yatowe kiziga, inyuma y’iminsi 15 yari iheze aburiwe irengero.
Ikiziga ciwe catowe muri komine Mugamba, mu ntara ya Bururi, ahitwa mu Vyuya, akaba yaciye ahambwa mu gatondo ko kuri uwu wa gatatu. Ico kiziga cari caramaze kwononekara.
- Nestor NEGAMIYE yahoze mu gisoda ca kera
Ababanyi b’uwo yatowe ikiziga bamenyesha ko yari yaburiwe irengero kuva kw’igenekerezo rya 3 Gitugutu 2016.
IGIHE
Messages
19 Gitugutu 2016, 17:22, par tari
Aranka arabamara yariyemeje gusesa amaraso ya bene burundi
19 Gitugutu 2016, 17:40, par Nestor MANIRAMPA
None Ko Twumva Ngo Hari Abacunze Umutekano, Ngo Agateka Kazina Muntu Karubahirijwe , Abicwa Bicwa Na Bande? Mana Garukira Imitima Ya Barundi Badashaka Kubaho Badasheshe Amaraso Yabenewabo.
19 Gitugutu 2016, 19:50, par havyarimana
Imaninwakire mubwamibwayo niyabayarumweranda
19 Gitugutu 2016, 20:29, par v
azakubamara uwomwana wumuhutu mwabatutsi mwe mutihagazeko yarabisinye pe:
19 Gitugutu 2016, 23:12, par munyaki
None nkabantu bandika amajambo yibitutsi hano kwaruno rubuga nonentibogezaho! Cankenuko bazikwandika ikirundi.
20 Gitugutu 2016, 01:11, par mzoyihera intagoheka
Umugambi nurya nyene Nkurunziza Petero yiyemeje kwazoruhuka ahoneje abo bidasangiye ubwoko. Hari hasigaye kwabarundi bumutima duhaguruka tukarwanya uwo mumenja wu Burundi, bitaruko ntamahoro azigera aboneka ngaha iwacu.
20 Gitugutu 2016, 10:50, par Sherif
Muntu uriko urakokeza, ihonyabwoko, ingwano mu Burundi cira birarura nta honyabwoko rizoba mu Burundi bwa Ntare Rugamba ahubwo taha i Burundi uze gufasha kubwubaka.
Abo bariko barakokeza ihonyabwoko ntabwo ari Abarundi, nubundi bwoko bw’ abantu bakiri mu mwijima wa Satani ariko nagira mbwire abo bakiri mu mwijima ko twebwe bene Yesu, Elohim nitwe tuzotsinda abo bakiri mu vy’isi.
Imana yakire uwo nyakwigendera.
20 Gitugutu 2016, 12:20, par Firijas
Imana Imwakire Niyaba Yarayikoreye,
21 Gitugutu 2016, 13:35, par jonas
Nestor rekakwihenda ntabajejw’umutekano kunzukunzu boboneka. Gusa abuzuyamacakubiri barabamumaso bagahitababona ko uyunuyu arabahutu arinabatutsi.mwizina ryayesu ivyobihagarare.nkurunziza nyakubahwa ntanazi ningene bapfa usivye kobinamubabaza.agashirahamategeko akarishe ahana abishe.
21 Gitugutu 2016, 18:42, par MUKOCOZI KOCORA
YISHWE NA ZA MUJERI ZO MURI CNAREC NA TABARA