Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Bururi : Umugabo yitavye Imana yishwe n’umugore wiwe - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > umutekano > Bururi : Umugabo yitavye Imana yishwe n’umugore wiwe

Bururi : Umugabo yitavye Imana yishwe n’umugore wiwe

lundi 28 mai 2018

Uwo mugabo yishwe azwi kw’izina rya NTIRANYIBAGIRA Jean Marie w’imyaka 43 y’amavuka, yiciwe ku mutumbaKiremba, Zone Muzenga, Komine n’intara ya Bururi.

Ababanyi b’uwo mugabo yaraye yishwe, bavuga ko bataramenya icatumye, umugore afata ingingo yo kwica umugabo wiwe.

Mu bajejwe intwaro n’umutekano, baremeza ayo makuru bakamenyesha ko, amatohoza yamaze gutangura kugira bamenye icatumye uwo mugore yica umugabo wiwe.


MUGISHA Van Naris

Messages

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.