Accueil > Amakuru > umutekano > Bururi : Umuntu ataramenyekana yishwe
Bururi : Umuntu ataramenyekana yishwe
lundi 30 Gitugutu 2017, par
Abajejwe intwaro hamwe n’abajejwe umutekano baciye bafata ingingo ko ikiziga c’uwo muntu cojanwa mu buruhukiro bw’ibitaro vya Bururi.
Egide NDUWIMANA
Messages
30 Gitugutu 2017, 09:01, par Busurahende
Ibiziga vyo muzoharura amajana n’amajana ku musi gushika muruhe. Ntimwari muzi yuko kuva italiki 27/10/2017 CNDD-FDD yabiteyeko umukono?