IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > umutekano > Bururi : Umuntu umwe yitavye Imana, 5 barakomereka mw’isanganya (...)

Bururi : Umuntu umwe yitavye Imana, 5 barakomereka mw’isanganya ry’imodoka

samedi 26 mai 2018

Amakuru ava mu bajejwe intwaro mu ntara ya Rumonge, amenyesha ko iryo sanganya ry’imodoka yo mu bwoko bwa Prado, ryabaye nk’igihe c’isaha umunani kur’uyu wa gatanu ku rubibe intara ya Bururi ihana n’intara ya Rumonge.

Iryo sanganya ryabereye mu gace kitwa Kibira, ku mutumba Kiganda, wa komine Bururi n’intara ya Bururi, ahazwi kw’izina rya Honga.

Ayo makuru amenyesha ko abakomeretse baciye bajanwa mu bitaro vy’intara ya Bururi.


MUGISHA Van Naris

Messages

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.