Accueil > Amakuru > umutekano > Bwiza : Amasasu yumvikanye
Bwiza : Amasasu yumvikanye
mardi 7 Ntwarante 2017, par
Amasasu yarumvikanye kuri uwu wa mbere muri zone ya Bwiza, mu gisagara ca Bujumbura. Mu giporisi bavuga ko yari abaporisi barashe.
OP1 Pierre NKURIKIYE, umuvugizi w’igiporisi c’Uburundi yamenyesheje ko ayo masasu yari ay’abaporisi bariko batesha umusuma yitwaje inkoho, yariko agerageza kwiba mu nzu imwe y’ubudandaji iri aho mu Bwiza (Magasin Goshen).
OP1 NKURIKIYE avuga ko igiporisi cafashe inkoho yo mu bwoko bwa Kalashnikov yari ifiswe n’uwo musuma.
IGIHE
Messages
8 Ntwarante 2017, 07:29, par orivyen
none uwomusuma ntibamufashe?nonehoho iyonkoho bayifashe.gute?
9 Ntwarante 2017, 00:44, par Turaje
Cyokora police yuburundi numuti wamenyo colgatte kabisa hahahaha nabo kurira imisigati mwibarabara
9 Ntwarante 2017, 03:55, par Nowera Nimbona
Sizambonerakure zahabwa ibirwanisho zifukamye munda igihugu mukwiba mumazu yabantu.
11 Ntwarante 2017, 21:00, par GAKOKO
NONE UWO MUSUMA VYASABWAKO APFUNGWA KUBERA BARABUJIJE GUTUNGA IBIGWANISHO
13 Ntwarante 2017, 20:21, par Nkurunziza Clode
Non Uwumusuma Kobamwe
Bavugako Arimbonerakure
Izonkoho Zatanzwe Ryari
17 Ntwarante 2017, 14:05, par ndiniyonkuru samwel wingozi buziragahama
abashaka kurondera ubutunzi mumaraso yabantu baragowe nibakure amaboko mumpuzu bakore