Accueil > Amakuru > umutekano > Cankuzo : Inka zitandatu zakubiswe n’inkuba
Cankuzo : Inka zitandatu zakubiswe n’inkuba
vendredi 26 janvier 2018
Amakuru dukesha umuvugizi w’ubushikiranganji bw’umutekano Pierre NKURIKIYE, amenyesha ko iyo nkuba yakubize nk’igihe c’isaha umunani z’umutaga kur’uyu wa kane.
Pierre NKURIKIYE amenyesha ko izo nka zari izo abantu babiri, umwe yitwa Sylvere uwundi yitwa Desire.
MUGISHA Van Naris