Accueil > Amakuru > umutekano > Cankuzo : Umwana yitavye Imana ahiriye mu nzu
Cankuzo : Umwana yitavye Imana ahiriye mu nzu
samedi 17 février 2018
Amakuru ava aho i Murore, amenyesha ko uwo mwana yitavye Imana, inyuma yahoo inzu yarimwo yahiye iratokombera n’ivyayirimwo vyose bigasha bigahera.
Ayo makuru nyene amenyesha ko gushika ubu icatumye iyo nzu isha kitaramenyekana, ariko bakikeka ko umucanwa woba wavuye ku kimuri bari bakoresheje mukubonesha.
MUGISHA Van Naris