IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > umutekano > Cankuzo : Umwe yapfuye abandi bane barakomereka mw’isanganya ry’imodoka

Cankuzo : Umwe yapfuye abandi bane barakomereka mw’isanganya ry’imodoka

lundi 16 Gitugutu 2017, par Egide NDUWIMANA

Abo bandi bakomeretse ni Sembwa Lazar, Rusabagi André, Ndaruzaniye Cléophas hamwe n’uwariko yunguruza iyo modoka yo bwoko bwa Noah yagize isanganya.

Iyo modoka yagize isanganya igeze muri komine Kigamba, kw’ibarabara rya Cankuzo-Kigamba.


Egide NDUWIMANA

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.