Accueil > Amakuru > umutekano > Cibitoke : Abantu bane bafashwe inyuma y’urupfu rw’uwo bari kumwe
Cibitoke : Abantu bane bafashwe inyuma y’urupfu rw’uwo bari kumwe
mardi 25 Mukakaro 2017, par
Uwo yishwe azwi kw’izina rya Vianney NIGANZE, ikiziga ciwe kikaba catowe mu gatondo ko kuri uwu wa kabiri. Nk’uko ababonye ico kiziga babimenyesha, uwo munti vyaboneka ko yishwe anizwe, ategerewe n’abantu bataramenyekana, mu gihe yari avuye mu bunywero buri ku musozi Butega.
Abo bafashwe ni abantu bari kumwe mu bunywero n’uwo muntu yishwe.
IGIHE