Accueil > Amakuru > umutekano > Cibitoke : Abasirikare b’Urwanda bagirizwa urupfu rw’umurundi yatowe (...)
Cibitoke : Abasirikare b’Urwanda bagirizwa urupfu rw’umurundi yatowe ikiziga
jeudi 29 Ruheshi 2017, par
Joseph ITERITEKA, arongoye intara ya Cibitoke avuga ko kuri uwu wa gatatu igenekerezo rya 28 Ruheshi, muri komine Mabayi, ku mutumba Rutorero, intara ya cibitoke, igisoda c’Urwanda cajabutse uruzi Kaburantwa rwo Burundi kirasa amasasu atari make, n’abanyagihugu batatu bo muri ako karere batwarwa n’aba basirikare b’Urwanda.
Muri abo bafashwe, Buramatari ITERITEKA avuga ko umwe muribo yishwe n’abo basirikare b’Urwanda, akaba yatowe ikiziga kuri uwu wa kane.
- Joseph ITERITEKA, Buramatari w’intara ya Cibitoke
Egide NDUWIMANA
Messages
29 Ruheshi 2017, 16:58, par copy
Be mubanza mutohoze mbere yo kwemeza amakuru.
29 Ruheshi 2017, 21:44, par Nkundimana Gerard
birababaje Kubona Abasirikare Burwanda Basigaye Baza Kwica Abenegihugu Muburundi Icobahiga Bazokibona Bajabuste Nkahantu Hikirometero Musenge Cane Imana Ninyishu
30 Ruheshi 2017, 14:24, par Ngenda
Nosaba abasirikare n’abategetsi b’Uburundi batotwarwa n’ishavu ngo bagire nk’uko uwo mwansi w’uburundi (Urwanda) ariko aragira. Ni ukwerekana ubushingantahe mu gukingira abarundi n’abanyamahanga bose. Ariko urwanda rumenye ko "akataretse kaba gasema".
30 Ruheshi 2017, 15:18, par bigirimana eric
barundi bene wacu ndabagira inama yo kuvuga ibintu mudafitiye ibimenyetsi, igiirikare cy`urwanda gifise amabwiriza kigenderaho kdi gifite uko kiyobowe
30 Ruheshi 2017, 15:36, par bigabo
Bonye intebe Buramatari yicarako zirarutwa n’izwanje
4 Mukakaro 2017, 18:05, par kiriri
haaa ingabo za burundi ubwo ziba ziri amajahe?
5 Mukakaro 2017, 15:47, par twagirumuiza aphrodis
abarundi na banyarwanda turi abavandimwe ariko niba ikibaye cyose mu burundi muvuga ko ari urwanda byaba arugusebanya ntabwo urwanda rwakora gutyo oya oya gusa murebe ibibazo mufite hagati yabarundi mubikemure naho guhoza urwanda mubibazo byabarundi byazatuma urwanda rubirambirwa kandi murabizi ko byaba bibi cyane kurenza uko bamwe babitekereza. ivyo dupfa kirenze icyo dupfana.