IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > umutekano > Cibitoke : Umudandaza yatowe ikiziga

Cibitoke : Umudandaza yatowe ikiziga

mardi 20 Kigarama 2016, par Egide NDUWIMANA

Umudandaza azwi kw’izina rya Japhet NYABENDA yatowe ikiziga mu gatondo ko kuri uwu wa mbere mu ruzi Ruhwa, zone Ruziba, komine Mugina, mu ntara ya Cibitoke. Mu muryango wiwe basaba ko amatohoza yokorwa kugira abamwishe bamenyekane.

Ntawuramenya uwishe uwo yahora akora urudandazwa ku rubibe Uburundi buhana n’igihugu c’Urwanda, ikiziga ciwe kikaba caciye gipfubwa kuri uwu wa mbere nyene.

Umuryango wiwe usaba abajejwe intwaro hamwe n’abajejwe umutekano ko bokora amatohoza kugira ivyashikiye Japhet NYABENDA bimenyekane.


IGIHE

Messages

  • Turahojeje umuryango wanyakwigendera, ntamatohoza ngaha muburundi abaho!, wewe woba ariwe urimukwica ukongera gutohoza?. Imana yo nyene niyo izigutohoza nayabandi,nivyo basukwamwo,bazi kwica gusa.

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.