IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > umutekano > Cibitoke : Umugabo yafatanywe amenyo y’intare n’iyindi miti

Cibitoke : Umugabo yafatanywe amenyo y’intare n’iyindi miti

jeudi 8 février 2018

Amakuru ava i Mabayi, amenyesha ko Frédéric BADEDE yahagaritswe mu gihe yari afise amenyo y’intare , urumogi hamwe n’iyindi miti myinshi.

Abajejwe intwaro aho muri komine Mabayi bavuga ko Frédéric BADEDE yari asanzwe ari ku rutonde rw’abantu bategerezwa kwicwa bagirizwa uburozi, ariko igiporisi kikaba caciye kimuhungisha n’umuryango wiwe kimujana ku gasho k’i Mabayi.

Musitanteri wa komine Mabayi ahamagarira abanyagihugu kutihanira, ahubwo ko mu gihe cose biketse umuntu boca babimenyesha abajejwe umutekano.


MUGISHA Van Naris

Messages

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.