Accueil > Amakuru > umutekano > Cibitoke : Umunyagihugu ava mu gihugu c’Urwanda yitavye Imana (...)
Cibitoke : Umunyagihugu ava mu gihugu c’Urwanda yitavye Imana arashwe
samedi 13 janvier 2018
Amakuru ava aho i Mabayi amenyesha ko uwo munyarwanda yoba yarashwe n’abasirikare bari mu gikorwa c’ugukizura, bamubona ajabutse urubibe agerageza kwinjira mu Burundi.
Ayo makuru nyene amenyesha ko abasirikare bakorera aho imabayi bavuze ko kuba uwo munyagihugu yararshwe ryoba ari isanganya ryashitse.
Amakuru ava mu banyagihugu aho i Mabayi amenyesha ko bafise ubwoba bufatiye kuri urwo rupfu.
MUGISHA Van Naris
Messages
13 janvier 2018, 17:07, par julias
tuzabishyura
13 janvier 2018, 17:09, par julias
tuzabishyura
14 janvier 2018, 15:24, par lg
Abaturage bagire akameyero ko kunyura ahemewe, kandi ibyo bakora byose bamenye ko u Burundi atari igihugu cyo kujya mo wizeye umutekano wawe
14 janvier 2018, 18:56, par rwanda
Ikiza cyacu twe nk’abanyarwanda ntituvuga ikituri kumutima .Murakoze