IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > umutekano > Cibitoke : Umusirikare w’ipete ya capitaine yitavye Imana akubiswe (...)

Cibitoke : Umusirikare w’ipete ya capitaine yitavye Imana akubiswe n’inkuba

vendredi 9 mars 2018

Uwo musirikare yitavye Imana azwi kw’izina rya NGOMIRAKIZA Jean claude, w’ipete rya Capitaine, akaba yari arongoye umurwi w’abasirikare bo mw’ikambi ya 511.

Amakuru dukesha umuvugizi w’ubushikiranganji bw’umutekano, Pierre NKURIKIYE, amenyesha ko, uwo musirikare yakubiswe n’inkuba nk’igihe c’isaha icumi z’umugoroba wo kur’uyu wa kane, aca yitaba Imana ubwo nyene.

Amakuru ava muri komine Mugina amenyesha ko hari n’ibindi bitaramenyekana igitigiri vyononkaye, kubera imvura yaguye ku mugoroba wo kur’uyu wa kane.


MUGISHA Van Naris

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.