IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > umutekano > Cibitoki: Abantu babiri barishwe batemwe imipanga

Cibitoki: Abantu babiri barishwe batemwe imipanga

mercredi 11 Nzero 2017

Abantu babiri barishwe batemwe imipanga n’abantu bataramenyekana,muri zone Butahana,Komine Mabayi,intara ya Cibitoki.

Amakuru ava ah mu ntara ya Cibitoki amenyesha ko bishwe ku mugoroba wo kuwa mbere igenekerezo rya 9 Nzero 2017 ,igihe c’isaha icumi n’imwe y’umugrba bavuye gushingura uwundi mwigeme.

Musitanteri wa Komine Mabayi amenyesha ko ab bapfuye bagirizwa uburozi,ariko akamenyesha ko abakze ubwo bwicanyi batahagaritswe,ariko ko igipisi camaze kurungika inyamiramabi gukora amatohoza.

Musitanteri wa Komine Mabayi ahanura abanyagihugu kureka kwihanira. Amakomine ya Mabayi na Mugina aza imbere mu bijanye n kwagirizanya uburozi.


IGIHE

Messages

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.