Home > Amakuru > umutekano > FDNB ivuga ko ata murwi witwaje ibirwanisho uri ku mbibe z’igihugu
FDNB ivuga ko ata murwi witwaje ibirwanisho uri ku mbibe z’igihugu
Friday 20 July 2018, by
Mw’itangazo ryateweko umukono n’umuvugizi w’igisirikare c’Uburundi, Colonel Floribert BIYEREKE rimenyeshako ibikorwa vyo kukizigura bikorwa n’abasirikare b’Uburundi bari k’urubibe ivyo bihugu bihana ata kintu na kimwe canke ikimenyetso barabona c’abantu bari k’ubutaka bw’Uburundi bakora ibikorwa vy’ubugizi bwa nabi.
Muriryo tangazo Floribert BIYEREKE asaba ingabo z’igihugu ziri ku mbibe z’igihugu kurikanura kugira bakingire neza agataka k’Uburundi.
IGIHE
Forum posts
21 July 2018, 00:32, by Pierre
Izo nterahamwe ziriko zirabahenda uyo muriro mugiye kwikwegera muzowubona kagame ntafyina.
21 July 2018, 12:37, by rwanda
Niba ibyo muvuga aribyo byaba ari byiza,ariko niba atari byo ntawe mwaba mubeshya Nimwe mwaba mwibeshya,kdi nta gihe kizashira bidasobanutse, kuko uteg’umutego ikiguruka kiwureba aba yikoz’ubusa
21 July 2018, 15:16, by MASO
.........Agataka k Uburundi , murakoze nivyo abasi barakaka , kabone iyo baba beshi basi , ariko barakaka !
21 July 2018, 19:24, by Toyi
Abo,basoda,burundi,nibarikanure,mugabo,ndabona,yarashwe,mujisho.Akarorero,nibabantu,26,baheruka,bicwa,muntara,yacibitoki,none,abo,bajejwe,umutekano,barihe?Kobatabakingiye?
24 July 2018, 09:10, by kabuga
Ahubwo je mbona uwo muriro uzohitana Nkurunziza na Kagame kuko mbona bitazoborohera. Nibakinire ku buzima bwacu Imana izobibabaza tu
24 July 2018, 10:25, by nkundigihugu
Interahamwe ziri mu Rwanda kandi n’iz’urwanda. I Burundi turikwije uwuzodusanga mu Burundi tuzomwakira uko yaje twongere tumuherekeze tumurenze umurongo ntarengwa naho bamaze kuwurenga. Jewe ndaribwaribwa, ndaribwaribwa, ndaribwaribwa….!
2 August 2018, 21:17, by Ngendakumana Jean Baptiste
JEWE,NDUMWEMUBARUNDI BAPINGA INGABOZ’URWANDA ESE,BARARENGAUMURONGOTUBEREKEICABUJIJEIMBWAKUMER’AMAHEMBE.