IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Inkino > course > Francine NIYONSABA yabaye uwa gatatu mw’ihiganwa DiamondLeague

Francine NIYONSABA yabaye uwa gatatu mw’ihiganwa DiamondLeague

lundi 28 mai 2018

Muri iryo higanwa, umunyafrika y’Epfo Caster Semenya yama ahanganye na Francine NIYONSABA, niwe yabaye uwa mbere yirutse imetero 800, mu munota umwe , amasegonda 55 n’ivyijana 92 (1’55".92).

Mu kibanza ca kabiri, haje umunyamerika Ajee Wilson , yirutse imetero 800, mu munota umwe, amasegonda 56 n’ivy’ijana 86 (1’56".86), akurikirwa na Francine NIYONSABA yazirutse mu munota umwe, amasegonda 56 n’ivyijana 88 (1’56".88).


MUGISHA Van Naris

Messages

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.