IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > umutekano > Gitega : Abantu babiri bapfuye bahitanwe na Gerenade yatewe

Gitega : Abantu babiri bapfuye bahitanwe na Gerenade yatewe

lundi 2 Ndamukiza 2018, par Egide NDUWIMANA

Iyo gerenade yatewe nk’igihe c’’isaha zibiri n’iminota mirongo itatu z’ijoro, mu bunywero bw’uwo bita "Gafyiri".

Mu giporisi bamenyesha ko uwateye iyo gerenade ataramenyekana, ariko ko abantu babiri bikekwa akaba aribo bamaze gufatwa ku mvo z’amatohoza.

Abakomeretse bariko bavurirwa ku bitaro bikuru vy’intara ya Gitega.


Egide NDUWIMANA

Messages

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.