Deprecated: Unparenthesized `a ? b : c ? d : e` is deprecated. Use either `(a ? b : c) ? d : e` or `a ? b : (c ? d : e)` in /home/igihe/public_html/ecrire/inc/utils.php on line 2576
Gitega : Abantu bane bafashwe mu matohoza y’urupfu rw’umuvyeyi wa Venant (...) - IGIHE Burundi
IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > umutekano > Gitega : Abantu bane bafashwe mu matohoza y’urupfu rw’umuvyeyi wa Venant (...)

Gitega : Abantu bane bafashwe mu matohoza y’urupfu rw’umuvyeyi wa Venant KAZOHERA

lundi 27 Ntwarante 2017, par Egide NDUWIMANA

Abantu bane bahagaritswe kuri uwu w’Imana muri komine Nyarusange, mu ntara ya Gitega. Bose hamwe bafashwe mu matohoza ariko arakorwa kw’igandagurwa rya Jacques Bukobero, umuvyeyi wa Venant Kazohera umunywanyi wa CNDD FDD akaba n’umukuru w’umurwi w’umupira w’amaguru wa "Messager Gitega".

Abo bantu bane baciye bajanwa gupfungirwa mu gasho ka komine.

Imiryango y’abo bafashwe isaba ko hokorwa amatohoza yigenga, kugira ukuri kuje ahabona.


IGIHE

Messages

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.