Accueil > Amakuru > umutekano > Gitega : Abaporisi basatse ahapfungiwe abagirizwa ugushaka gutembagaza (...)
Gitega : Abaporisi basatse ahapfungiwe abagirizwa ugushaka gutembagaza ubutegetsi
vendredi 12 Rusama 2017, par
Nk’uko bivugwa na OPP1 Pierre NKURIKIYE avugira igiporisi, muri iryo sakwa hafashwe ama terefone ngendanwa indwi, iradiyo imwe, hamwe n’amakarata simu ane, muri ayo ane hakaba harimwo imwe yo mu gihugu c’Urwanda, nk’uko vyemezwa n’umuvugizi w’igiporisi.
Mw’ibohero rikuru rya Gitega hapfungiwe bamwe mu bagirizwa gushaka gutembagaza ubutegetsi kw’igenekerezo rya 13 Rusama 2015.
IGIHE
Messages
12 Rusama 2017, 12:57, par oke
sibomana
12 Rusama 2017, 14:46, par karimu
ese kuki ibyo batabyerekana ngo tumenye ukuri kwavyo?
12 Rusama 2017, 19:03, par Nicolas
Nihatari!!
12 Rusama 2017, 23:09, par Isaac
Abo Bakwiye Kunyongwa Badutay Mu Kaga Ninzara Igiy Kutumar Batey Imikosh Uburundi Bwacu Bifatanij Na Kagomo.
16 Rusama 2017, 17:52, par tuzokomezakubaho
ingorane ikomeye nuko atanumwar’IMANA
28 Rusama 2017, 06:11, par P.ANTOINE
nimubice kuko nabicanyi abantu bose bamaze gupfa niyo mvo nubu murabona ko bakorana murwanda none izo carte sim niziki?
29 Rusama 2017, 20:35, par Nsabimana
Abobantu Mubarabe Neza Ntakuntuhovamwo Sim Yurwanda Ngomumureke Ategerezwa Guhanwa
29 Rusama 2017, 21:03, par Nsabimana
Uwomuntu Azana Sim Murwanda Akayivanga N’uburundi Agacayunvakomengantangorane Burya Wunva Atarije Ava Rwanda Aje Kuveya Uburundi Nahumure Harimwo Imbonerakure
29 Rusama 2017, 21:18, par Nsabimana
Muburundi Kiyimanda Bayiteyemwokudeta Bikanka.Imana Yarakoze Nonenkabambona Niyimanda Ikurikiranyene Hazotsinda C.N.D.D .F.D.D Buryatwebwe Abanyagihugu Ntituzohavatugiringorane