IGIHE Burundi

Amakuru, Poritike, Ubutunzi, Diaspora, Inkino, Muzika & Amasanamu, Ubuhinga bwa none, Akahise......

Accueil > Amakuru > umutekano > Gitega : Umugabo yatowe ikiziga hafi y’uruzi Ruvyironza

Gitega : Umugabo yatowe ikiziga hafi y’uruzi Ruvyironza

lundi 27 Ruhuhuma 2017, par Egide NDUWIMANA

Ikiziga c’umugabo catowe kuri uwu wa mbere muri komine Giheta, intara ya Gitega. Abanyagihugu bamubonye ubwa bamenyesha ko biboneka ko uwo muntu yagandaguriwe ahandi, aca azanwa gutabwa ku nkengera z’uruzi Ruvyironza.

Uwo yatowe ikiziga ni umugabo azwi kw’izina rya Tasiyano BAHUTA yavuka mu ntara ya Gitega nyene. Umuryango wiwe ukaba wamaze kumumenya.

Abajejwe intwaro mu ntara ya Gitega baciye bashikiriza uwo muryango ico kiziga, kugira uwo muntu ashinguranwe iteka.


IGIHE

Messages

Un message, un commentaire ?


ANDIKA ICIYUMVIRO CAWE KURI IYI NKURU

AMATEGEKO AGENGA IYANDIKWA RY’ICIYUMVIRO CAWE:
Ntiwandike ibitajanye n’iyi nkuru, ibitutsi, ivyararaza uwundi canke ibicanishamwo, ntiwandike ibiteye isoni.
Andika email yawe aho vyagenewe. Iciyumviro cawe kija ahabona ari uko camaze gusuzumwa na IGIHE.bi.
Ibi bidakurikijwe, iciyumviro cawe gishobora kutaja ahabona canke kigafutwa, murakoze.